DAvideo
alle Bilder sehen ;)
Designed by: Hinx3
OSWD 2004

Valid HTML 4.01!

IHURIRO RY'IGIHUGU RY'ITERAMBERE MU BURUNDI 2023 🔎🔍

🎞️ · 18.04.2023 · 15:00:10 ··· Dienstag ⭐ 0 🎬 0 📺Muse TV
🎬 · 18.04.2023 · 15:00:10 ··· Dienstag
😎 · 03.07.2024 · 15:40:29 ··· MiTTwoch
Ibiro vy'Umukuru w'igihugu c'U Burundi vyaratunganije ku ncuro ya kabiri ihuriro ry'igihugu ry'iterambere mu Burundi

Uyu mwaka, iryo ihuriro rizoba rijanye no gushira ahabona urwandiko ruvuga ishusho ry'Uburundi mu 2040 nk'igihugu kizoba kiriko kirogorora, mu 2060 naho igihugu giteye imbere. Kazoba akaryo ko gutororokanya intererano za bamwe n'abandi ku vya nkenerwa, hamwe n'ingingo zihambaye zibwirizwa gufatwa kugira Uburundi boshobore gushika ku ntumbero y'ayo merekero.

Barundi, Barundikazi mufise umutima wo guterera ivyiyumviro muri ivyo bikorwa bifise intumbero yo guteza imbere igihugu cabibarutse, murahamagariwe kwitaba iryo sango, ku magenekerezo ya 20 na 21 ndamukiza 2023 i Bujumbura, mu kigo c'ingoro y'amakoraniro mu Kigobe, hamwe no ku muhora w'ubuhinga ngurukanabunenyi.

Ukwiyandikisha, ni ku buhinga bwa none, muciye kumuhora ngurukana bumenyi ariwo https://forum-developpement.bi/ gushika kwigenekerezo rya 18 ndamukiza umwaka 2023, igihe c'isaha 12 zo ku muhingamo.

SELECT * FROM DAvidON WHERE `DAvid`="HWOpwaDNbtk" ORDER BY ts
SELECT * FROM DAvidPlay WHERE `DAvid`="HWOpwaDNbtk"
***
· 18.04.2023 · 15:00:10 ··· Dienstag
U
U
L
L
T
* 1681822810
* 1681822810
X 0
Y 0
P

C 20098
B 7
V 52
* · 29.07.2022 · 00:00:00 ···
2 · 26.06.2023 · 10:41:29 ···
L · 22.09.2024 · 04:26:02 ···
C · 23.12.2024 · 17:39:26 ···
💘 🖱️
* · 01.01.1970 · 01:00:00 ···
* · 01.01.1970 · 01:00:00 ···

· 01.01.1970 · 01:00:00 ···
**##
🧠 📺

*** · 01.01.1970 · 01:00:00 ··· ::
*2* · 01.01.1970 · 01:00:00 ··· ::
*L* · 01.01.1970 · 01:00:00 ··· ::
*C* · 01.01.1970 · 01:00:00 ··· ::

********